Consider Molly Sims and her best friend Emese Gormley your new girlfriends on speed dial for all your pressing beauty and wellness needs. Is Botox a good idea? Should you try that new diet you saw on the Today Show? Molly and Emese have your back. With guests ranging from top health and beauty experts to their industry friends, you’ll get the scoop on the latest trends, which products and procedures to try, and which to run from-- and they just might be doing it all with a drink in hand. Prepare to be obsessed.
Ku va mu ndwi ziheze, intambara itanguye kubica bigacika mu gisagara ca Goma no mu micungararo yaco hagati y’abasirikare ba Kongo na M23, abakenera kwitabwoho mu buryo bwihutirwa kubera amagara yabo yifashe nabi, baragira ingorane zo kubona abaganga babagarukirako.
Ku va mu ndwi ziheze, intambara itanguye kubica bigacika mu gisagara ca Goma no mu micungararo yaco hagati y’abasirikare ba Kongo na M23, abakenera kwitabwoho mu buryo bwihutirwa kubera amagara yabo yifashe nabi, baragira ingorane zo kubona abaganga babagarukirako.
Mu Burundi, abana bo mw’ibarabara ni benshi cyane. Leta n’abafatanyabikorwa banyuranye bahora bagerageza gukemura iki kibazo ku buryo butandukanye, ariko cyabaye ndanze, gihoraho. Kubera iki? Ni yo mpamvu tukigarukaho muri Murisanga
Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku masezerano ajejwe kworohereza uruja n’uruza ata ntambamyi rw’ibidandazwa ku mugabane wa Afrika, yatewe ko igikumu kw’italiki 21 y’ukwezi kwa gatatu, mu mwaka w’ 2018, aja mu bikørwa kw’italiki 30 y’ukwezi kwa gatanu mu mwaka w’i 2019.
Abarwanyi ba M23 n'impande zirimwo amashirahamwe yigenga, bemeza ko ari bo bagenzura igisagara ca Goma cose, n'ikibuga c'indege co muri ico gisagara. Ikigiye gukurikira ni icahe? Turabigarukako mu kiganiro twatumiyemwo Alex Mvuka, umuhinga mu vya politike.
プレーヤーFMへようこそ!
Player FMは今からすぐに楽しめるために高品質のポッドキャストをウェブでスキャンしています。 これは最高のポッドキャストアプリで、Android、iPhone、そしてWebで動作します。 全ての端末で購読を同期するためにサインアップしてください。